Bang Media

Urukundo

Baza Shangazi

Shakisha ku Urwego.com

VOA News: Ibirimwo: Ingingo Yo Gufuta Amatagisi Ku Vyimburwa, Ishobora Kugabanya Ikibazo C’Ubuzima Buzimvye.

VOA News: Ibirimwo
Ibirimwo Ijwi rya Amerika
Ingingo Yo Gufuta Amatagisi Ku Vyimburwa, Ishobora Kugabanya Ikibazo C'Ubuzima Buzimvye.
May 2nd 2012, 04:52

President w'Uburundi, Pierre Nkurunziza, yaratangaje ingingo ifuta amatagisi ku ku vyimburwa bitari bike.  Reta y'Uburundi ivuga ko yafashe iyo ngingo mu ntumbero yo kugwanya ubukene bwugarije abanyagihugu.

Abarundi barashimye iyo ngingo, bavuga ko ni yashirwa mu ngiro, ikanashirwa hamwe n'izindi ngingo, izoshobora gutuma ikibazo c' ubuzima buzimvye mu Burundi, kigabanuka.

Frederic Nkundikije, yaraganiye n'umukuru w'urunani rw'amasyndicat, Cosybu, Tharacisse Gahungu, ku vyerekeye iyo ngingo:

Tubatege amatwi:

You are receiving this email because you subscribed to this feed at blogtrottr.com.

If you no longer wish to receive these emails, you can unsubscribe from this feed, or manage all your subscriptions

Related Posts by Categories



0 comments:

Post a Comment