Bang Media

Urukundo

Baza Shangazi

Shakisha ku Urwego.com

VOA News: Ibirimwo: Uburundi Bwipfuza kw’Umwami Mwambutsa, Asubira Gushingurwa Mu Cubahiro Mu Burundi.

VOA News: Ibirimwo
Ibirimwo Ijwi rya Amerika
Uburundi Bwipfuza kw'Umwami Mwambutsa, Asubira Gushingurwa Mu Cubahiro Mu Burundi.
May 2nd 2012, 04:49

Iyo ingingo ifashwe mu gihe abarundi bariko baritegurira guhimbaza imyaka 50 irangiye Uburundi buronse intahe yo kwikukira.

Abarundi batari bake barashimye iyo ngongo, bavuga kw'ar'ingingo yari kuba yarafashwe kuva kera. Bavuga kandi kw'iyo ngingo izofasha mu gikorwa co kubwirana ukuri hamwe no kurekuriranira, nk'uko umushingantahe Deo Hakizimana aba I Geneve mu gihugu c'Ubusuisse yabibwiye iradiyo Ijwi rya Amerika.

Tumutege amatwi:

You are receiving this email because you subscribed to this feed at blogtrottr.com.

If you no longer wish to receive these emails, you can unsubscribe from this feed, or manage all your subscriptions

Related Posts by Categories



0 comments:

Post a Comment