Bang Media

Urukundo

Baza Shangazi

Shakisha ku Urwego.com

VOA News: Ibirimwo: Igwirirana ry’Abantu n’Ikibazo Gikomeye mu Burundi

VOA News: Ibirimwo
Ibirimwo Ijwi rya Amerika
Igwirirana ry'Abantu n'Ikibazo Gikomeye mu Burundi
Jul 13th 2012, 01:01

Mu gihe amakungu yaahimbaje ku musi wa gatatu uheze umusi mpuzamakungu wahariwe abantu kw'isi, ikibazo c'igwirirana ry'abantu mu Burundi n'ikibazo gikomeye cane.

Mu Burundi bivugwa kw'abana igihumbi bavuka muri rusangi ku musi n'ukuvuga muri rusangi abana ibihumbi amajana ane ku mwaka.

Mu bice bimwe bimwe vyo mu Burundi, igitigiri c'abantu baba ku kilometero kwadarato barenga amajana atanu.

Mu kiganiro Faustin Ndikumana ayoboye ishirahamwe PARCEM na professeur Evariste Ngayimpenda,umuhinga mu vyerekeye igwirirana ry'abantu bahaye Ijwi rya Amerika, baramenyesheje kw'ikibazo c'igwirirana ry'abantu mu Burundi ari ikibazo gikomeye cane ama Reta yagiye arakwirikirana asa n'ayatacitayeho biboneka.

Ku bindi twumvirize Faustin Ndikumana na Evariste Ngayimpenda:

Media files:
Burundi_Demography.Mp3 (audio/mpeg)
You are receiving this email because you subscribed to this feed at blogtrottr.com.

If you no longer wish to receive these emails, you can unsubscribe from this feed, or manage all your subscriptions

Related Posts by Categories



0 comments:

Post a Comment