Bang Media

Urukundo

Baza Shangazi

Shakisha ku Urwego.com

VOA News: Ibirimwo: Abanonotsi Batari Bake Baratanguye Gushika mu Gisagara ca Londres Ejo ku Musi wa Mbere Imbere y’Inkino Mpuzamakungu

VOA News: Ibirimwo
Ibirimwo Ijwi rya Amerika
Abanonotsi Batari Bake Baratanguye Gushika mu Gisagara ca Londres Ejo ku Musi wa Mbere Imbere y'Inkino Mpuzamakungu
Jul 17th 2012, 03:49

Ibirori vy'ukwugurura izo nkino biracasigaje igihe kirenga indwi, yamara abanonotsi ba mbere n'abazogendera igisagara ca Londres mu kiringo c'inkino mpuzamakungu, baratanguye gushika ku kibuga c'indege mpuzamakungu c'I Londres, Heathrow.

Abanonotsi bava mu bihugu mirongo itanu barashitse kuri ico kibuga c'indege ejo ku musi wa mbere.

Abakozi amajana n'amajana bari kuri ico kibuga c'indege kworohereza abantu bari bagize imirongo miremire, mu vyageramiye ikibuga c'indege ca Heathrow, mu kiringo c'amezi atari make.

Gukingira inkino mpuzamakungu z'I Londres, nico gikogwa cerekeye umutekano, co mu gihe c'amahoro, gikomeye cane rwose ku gihugu c'Ubwongereza, muri iki gihe

You are receiving this email because you subscribed to this feed at blogtrottr.com.

If you no longer wish to receive these emails, you can unsubscribe from this feed, or manage all your subscriptions

Related Posts by Categories



0 comments:

Post a Comment