Bang Media

Urukundo

Baza Shangazi

Shakisha ku Urwego.com

VOA News: Ibirimwo: Abanyamerika Barahimbaje Umusi wa, “Memorial Day”

VOA News: Ibirimwo
Ibirimwo Ijwi rya Amerika
Abanyamerika Barahimbaje Umusi wa, "Memorial Day"
May 29th 2012, 03:46

Prezida wa Amerika, Barack Obama yarateye iteka aba sekomabata n'imiryango yabo ku musi w'akaruhuko wahariwe Abasekombata, Memorial Day, mu gihe Abanyamerika mu gihugu cose bagize imisi mikuru.

Mw'ijambo yashikirije ku kaburi ko mu gisagara ca Arlington hanze y'igisagara ca Washington, prezida Obama yatangaje ku mu bwabaye ubwa mbere mu kiringo c'imyaka icenda, Abanyamerika batariko baragwana, kandi batariko bapfa mu gihugu ca Iraki. Yongeye avuga ko ariko ararangiza ingwano mu gihugu ca Afghanistani.  Prezida Obama atangaje kw'inyuma y'imyaka cumi y'ingwano, Abanyamerika bashobora kubona igihe gishasha.

Inyuma yahoo prezida Obama yaragendeye icibutso c'Abasekombata b'ingwano yo muri Vietnam, aho yatangaje kw'Abasekombata bo mu ngwano yo muri Vietnam badahabwa icubahiro bakwirikiye. Avuga kw'ari ibintu bigayitse kubona bamwe mu Basekombata bo muri Vietnam abantu barabihojeje igihe batahuka mu gihugu cabo bavuye mu ngwano yo muri Vietnam. Amenyesha kw'ivyo ari ibintu bitategerezwa kuba, kandi ko bitazosubira kuba.

Media files:
uzbek_obama_memorial_day.jpg (image/jpeg, 0 MB)
OBAMA 230 230.jpg
You are receiving this email because you subscribed to this feed at blogtrottr.com.

If you no longer wish to receive these emails, you can unsubscribe from this feed, or manage all your subscriptions

Related Posts by Categories



0 comments:

Post a Comment