Umukuru w’igihugu c’Uburundi Pierre Nkurunziza yashikirije ko yipfuza ko ubwoko kitoba igifatirwako mw’igabanganwa ry’ubutegetsi mu nzego z’igihugu. Mu biganiro ahitiye agirana n’imvukira zo mu gisagara ca Bujumbura , Perezida Nkurunziza yavuze ko afatiye kuvyigwa vyagizwe n’abanonosoye ivy’amoko, imico n’imibereho y’abantu bigaragara ko Abarundi bafise ubwoko bumwe bw’Abarundi. Avuga ko atawovuga ko Uburundi burimwo amoko atatu … Continue reading “Mu Burundi nti hari amoko atatu, hari ubwoko bumwe bw’Abarundi”-Pierre Nkurunziza #Burundi
from Urwego http://ift.tt/2tLqPMY
Urukundo
Baza Shangazi
Shakisha ku Urwego.com
“Mu Burundi nti hari amoko atatu, hari ubwoko bumwe bw’Abarundi”-Pierre Nkurunziza #Burundi
Subscribe to:
Post Comments (Atom)
0 comments:
Post a Comment